Bujumbura, Burundi

Gushigikira abantu batishoboye
biciye
mu nyigisho z'imyuga no kwiyubakira ubushobozi bwo kwivana mu bibazo no gutera imbere mu buzima bwabo bwa buri munsi

Gushigikira abantu batishoboye, harimwo urrwaruka, abagore n’abandi, biciye mu nyigisho z’imyuga, kubaha ubufasha mu vyiyumviro n’imibereho, no kubafasha gusubira mu buzima busanzwe mu buryo buramvuye.

5000+Abafashijwe imbonankubone
6Imigambi Irimwo
95%Basubiye mu muryango
800+Imiryango Yafashijwe
Femmes en formation professionnelle à Bujumbura — Birashoboka
2021Ryashinzwe mu

Ishirahamwe riri hagati mu mibano y'Abarundi

“Imibereho myiza y’abantu ni yo dushyize imbere.”

Ikigo Centre de Réhabilitation Birashoboka de Ngozi (CRBN) caguruwe ku mugaragaro na minisiteri ifise ubuzima mu nshingano zayo ku wa 10 Ruhuhuma 2021, mu ntara ya Ngozi, komine Ngozi, kumusozi wa Rusuguti. Intumbero nkuru y’iki kigo ni uguteza imbere imibereho myiza y’abantu bose, hatitawe ku bwoko, igitsina, idini canke ishaka rya politiki. CRBN igamije gutuma abantu bose bumva ko buri wese akwiriye kubahwa, gutera imbere no kugira ubuzima bwiza. Ihamagarira kandi umuryango munini kugira uruhare mu kurwanya ubwoko bwose bw’ihohoterwa.

Inzira yacu ishingiye kuri ibi: inyigisho z'imyuga, ubuhinga mu buzima, guhumanurwa mu mutima no gusubira mu muryango kugira habeho impinduka kama.

UbunyangamugayoGuhanga udushyaUbufatanyeKubungabunga no gufata nezaUbwitangeUmuryango

Intumbero Yacu

“Guteza imbere ubuzima bwiza bw’umubiri n’ubw’ubwenge (mu mutwe)”

Ico Twipfuza

Gufasha cane mw'iterambere ry’igihugu binyuze mu bikorwa vyo mu muryango bigamije kubahiriza uburenganzira bwa muntu, uburezi n’ubuzima bwiza kuri bose.

  • HVPM n'ishirahamwe ridaharanira inyungu ryanditswe mu Burundi. Rirungitswe n'itegeko ry'ubushikiranganji rigenga amashirahamwe adaharanira inyungu.
  • Intumbero nyamukuru n'uteza imbere imibereho myiza ya bose, hatarabwe ubwoko, igitsina, idini canke ivyiyumviro vya politique.
  • HVP MAKEBUKO yarashizeho uburyo bwo gukingira abana n'abandi bafashwa kwirinda amabi nko gufatwa ku nguvu canke guhoterwa, hamwe n'uburyo bwo kurwanya ubusuma.
  • HVP MAKEBUKO ikorera ibikorwa vyayo mu kigo CRBN i Ngozi n'i Maramvya (CLC).

Ibitigiri bivuga vyose

Kuva mu 2021, ibikorwa vyacu bihindura ubuzima bwinshi mu buryo bugaragara

0+

Abafashijwe imbonankubone

Urwaruka n'abakenyezi bafashijwe kuva mu 2021

0

Imigambi Irimwo

Inyigisho zikora zishika kuri 6

0

Ikomine

Turi mu makomine abiri: Ngozi-Butanyerera na Bujumbura-Ntahangwa

0%

Basubiye mu muryango

Abasubijwe mu muryango neza

0+

Imiryango Yafashijwe

Ingaruka nziza ku miryango yabo

0

Abahugura

Inzobere zifatanya natwe mu gikorwa

Imigambi Ibiri, Intumbero Imwe

Kuri buri mugambi harashizweko uburyo buhuye n'ivyo abafashwa bakeneye kugira batere imbere.

CRBN
CRBN  Inyigisho z'abigeme
CRBN
CRBN

Guhumanura, gukiza, gusubiza mu mibano

Gukemura, guhindura, no gutanga amahoro

Intumbero yacu ishingiye ku kubaha ubushobozi bw'imyuga no gukurikirana inyifato kugira gusubira mu muryango bibe kazoza.

Abafashwa : Abigeme barenga 500
Igihe bitwara : 6 à 12 mois
Bujumbura Mairie
 Ibikorwa bitesha imbere
Gukora isabuni
Ubuhinga bwo gukora no kudandaza
Indero n'inyifato
Kwimenya, gutumatumanako, ubuyobozi
Guhumanurwa mu mutima
Ukurikirana rya buri muntu
Gusubira mu muryango
Ukwumvikanisha no gukurikirana
Ubukure bw'umuntu
Kwigisha no kurinda
Ivy’iyongeragihano
Gukurikirana ababaswe n’ibiyayuramutwe
Lyricure
Lyricure  Buri wese mu muryango
Lyricure
The Chris Lyrcure

Kumenyereza, gutsinda, gukorana

Gufasha abantu bakora, guhingura, no gukora

Inyigisho za The Chris Lyricure zifasha kuronka ubuhinga bwihebuje bigaha abahereje inyigisho amahirwe yo kwitanguriza urudandazwa rwabo canke kuronka akazi.

Abafashwa : Abigishwa barenga 1 000
Igihe bitwara : 3 à 6 mois
Bujumbura Centre
 Ibikorwa bitesha imbere
Gusona imyambaro
Kudoda no guhanga imideri mishasha
Ibuhinga bwa mudasobwa
Bureautique, Interineti, kubara
Urudandazwa rw'akarorero
Kwitanguriza, gupanga urudandazwa
Imigenderanire & ubuyobozi
Gutumatumanako, gukorera mu mugwi
Gusokoza imishatsi
Gukemura no gusokoza abagabo n'abagore
Gucunga amafaranga
Ingengo y'imari, kubika, n'ingurane

Ubuzima Bwahindutse

Bafashijwe mu migambi yacu, barashikiriza intsinzi yabo.

 

Espérance N.  Bujumbura Centre
 

Clarisse B.  Commune Mukaza
 

Ndanezerewe cane kuba ndumwe mubize mukigo Birashoboka

Niyomwungere Richard Intahe Ya Richard  Centre CRBN, Bujumbura Mairie
 

Joséphine K.  Commune Ntahangwa

Ibikorwa Vyacu

Kurikirana ibikorwa, amahugurwa n'imigambi dushira imbere mu mibano.

INYIGISHO Z'UMWUGA MU COUPE-COUTURE Formation
26/07/2026
Formation

INYIGISHO Z'UMWUGA MU COUPE-COUTURE

Woba wipfuza kwiga umwuga ngirakamaro ushobora kugufasha kwibeshaho, kwishingira atelier yawe bwi...

Abadushigikiye

Ibikorwa vyacu bishoboka ku bw'ishirahamwe n'ibigo, ONG n'abantu bafise umutima mwiza.

UNFPA
Resilience Fund
Resilience Fund
PROGRAMME NATIONAL INTEGRE DE LUTTE CONTRE LES MALADIES CHRONIQUES NON TRANSMISSIBLES(PNILMCNT)
PROGRAMME NATIONAL INTEGRE DE LUTTE CONTRE LES MALADIES CHRONIQUES NON TRANSMISSIBLES(PNILMCNT)
ABS(Alliance Burundaise contre le Sida et pour la promotion de la santé
ABS(Alliance Burundaise contre le Sida et pour la promotion de la santé
Global gGmbH(EG)
Global gGmbH(EG)

Buri foto yerekana amateka yo guhinduka n'ubumwe. Raba ubuzima bwa minsi yose bw'abafashwa bacu i Bujumbura.

Tuganire

Urashaka kwinjira, kudufasha, canke kumenya vyinshi? Abakozi bacu bari hano ngo bagufashe.

Dukurikirane ku mbuga nkoranyambaga